Yesaya 48:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nyumviriza, ewe Yakobo, nawe Isirayeli uwo nahamagaye. Ndi wa wundi nyene+. Ndi uwa mbere kandi ndi uwa nyuma+.
12 Nyumviriza, ewe Yakobo, nawe Isirayeli uwo nahamagaye. Ndi wa wundi nyene+. Ndi uwa mbere kandi ndi uwa nyuma+.