Yesaya 48:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ntibanyotewe igihe yabacisha mu bibanza vyatikijwe+. Yatumye amazi atemba avuye mu gitandara.Yasatuye igitandara amazi ararindimuka+.»
21 Ntibanyotewe igihe yabacisha mu bibanza vyatikijwe+. Yatumye amazi atemba avuye mu gitandara.Yasatuye igitandara amazi ararindimuka+.»