Yesaya 49:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Nimunyumvirize mwa mazinga mwe,mutege ugutwi yemwe mahanga ari kure+! Yehova yampamagaye ntaravuka*+. Yavuze izina ryanje kuva nkiri mu nda ya mama.
49 Nimunyumvirize mwa mazinga mwe,mutege ugutwi yemwe mahanga ari kure+! Yehova yampamagaye ntaravuka*+. Yavuze izina ryanje kuva nkiri mu nda ya mama.