Yesaya 49:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova avuze ati: «Mu gihe c’ugushimwa* narakwishuye+,kandi ku musi w’ubukiriro naragutabaye+.Nagumye ndakuzigama kugira ndagutange ngo ubere abantu isezerano+,ngo igihugu gisubizwe umutamana,ngo ntume basubira ku ntoranwa zabo zacitse umusaka+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 49:8 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 231/1/1999, rup. 14 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 126-127
8 Yehova avuze ati: «Mu gihe c’ugushimwa* narakwishuye+,kandi ku musi w’ubukiriro naragutabaye+.Nagumye ndakuzigama kugira ndagutange ngo ubere abantu isezerano+,ngo igihugu gisubizwe umutamana,ngo ntume basubira ku ntoranwa zabo zacitse umusaka+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 49:8 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 231/1/1999, rup. 14 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 126-127