Yesaya 49:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Naho ibibanza vyawe vyatikijwe bigasigara ari akahebwe, igihugu cawe kigacika umusaka+,hazokwagira abahaba+.Abahora bakumira miyonzwa+ bazoba bari kure+.
19 Naho ibibanza vyawe vyatikijwe bigasigara ari akahebwe, igihugu cawe kigacika umusaka+,hazokwagira abahaba+.Abahora bakumira miyonzwa+ bazoba bari kure+.