Yesaya 49:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Mugabo Yehova avuze ati: «N’abafashwe n’umugabo w’inkomezi nzobamwaka+,abafashwe n’umuntu atwaza umukazo ndabarokore+. Nzorwanya abakurwanya+,kandi nzokiza abana bawe.
25 Mugabo Yehova avuze ati: «N’abafashwe n’umugabo w’inkomezi nzobamwaka+,abafashwe n’umuntu atwaza umukazo ndabarokore+. Nzorwanya abakurwanya+,kandi nzokiza abana bawe.