-
Yesaya 50:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 «Raba! Mwese abadomeka umuriro
mugatuma amasase ataragurika,
nimugendere mu muco w’umuriro wanyu
no hagati mu masase mwakije.
Iki ni co gihano nzobaha:
muzoryama mwishwe n’umubabaro.
-