Yesaya 51:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nzoshira amajambo yanje mu kanwa kawe,ngupfukishe igitutu c’ukuboko kwanje+,kugira ngo nshinge ijuru, nshinge n’umushinge w’isi+,mbwire Siyoni nti: “Uri ihanga ryanje+.”
16 Nzoshira amajambo yanje mu kanwa kawe,ngupfukishe igitutu c’ukuboko kwanje+,kugira ngo nshinge ijuru, nshinge n’umushinge w’isi+,mbwire Siyoni nti: “Uri ihanga ryanje+.”