Yesaya 51:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abana bawe baguye bararaba+. Barambaraye mu masanganzira yose*nk’intama y’inyeshamba yafashwe mu rusenga. Uburake bwa Yehova n’ugukara kw’Imana yawe vyabahereyemwo.»
20 Abana bawe baguye bararaba+. Barambaraye mu masanganzira yose*nk’intama y’inyeshamba yafashwe mu rusenga. Uburake bwa Yehova n’ugukara kw’Imana yawe vyabahereyemwo.»