-
Yesaya 52:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Benshi baramuravye bumiwe
kuko mu maso hiwe hononywe kuruta ah’uwundi muntu wese,
n’ubwiza bwiwe butangaje burononwa kuruta ubw’abandi bantu.
-