Yesaya 53:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Abantu baramusuzugura, bakamwinuba+.Yari umuntu agenewe gushikirwa n’imibabaro*, kandi azi indwara ico ari co. Wamenga mu maso hiwe hari hanyegejwe ntituhabone*. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’aho ata co amaze+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 53:3 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,2/2017, rup. 3 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 261/8/2000, rup. 32
3 Abantu baramusuzugura, bakamwinuba+.Yari umuntu agenewe gushikirwa n’imibabaro*, kandi azi indwara ico ari co. Wamenga mu maso hiwe hari hanyegejwe ntituhabone*. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’aho ata co amaze+.
53:3 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,2/2017, rup. 3 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 261/8/2000, rup. 32