Yesaya 53:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Twese twari twarazimiye nk’intama+,umwe wese ajana inzira yiwe,kandi Yehova yamuremetse ikosa ryacu twese+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 53:6 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 27
6 Twese twari twarazimiye nk’intama+,umwe wese ajana inzira yiwe,kandi Yehova yamuremetse ikosa ryacu twese+.