Yesaya 53:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yaracinyizwa+, akemera gutezwa amarushwa+,ariko ntakureko umunwa. Yazanywe nk’intama igiye kubagwa+,nk’intama y’ingore yinumiye imbere y’abayimwa ubwoya,ntakureko umunwa+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 53:7 Umunara w’Inderetsi,15/8/2011, rup. 1415/1/2009, rup. 27-281/10/2008, rup. 51/8/1996, rup. 8
7 Yaracinyizwa+, akemera gutezwa amarushwa+,ariko ntakureko umunwa. Yazanywe nk’intama igiye kubagwa+,nk’intama y’ingore yinumiye imbere y’abayimwa ubwoya,ntakureko umunwa+.