Yesaya 54:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Iminara yo hejuru ku nzitiro zawe nzoyubakisha amabuye ya rubi,amarembo yawe ndayubakishe amabuye aca ibibatsi*,imbibe zawe zose na zo ndazubakishe amabuye y’agaciro.
12 Iminara yo hejuru ku nzitiro zawe nzoyubakisha amabuye ya rubi,amarembo yawe ndayubakishe amabuye aca ibibatsi*,imbibe zawe zose na zo ndazubakishe amabuye y’agaciro.