Yesaya 56:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Hahiriwe umuntu akora ivyo,n’umwana w’umuntu avyumirako,akubahiriza isabato ntayihumanye+,akarinda ukuboko kwiwe ngo ntigukore ikibi na kimwe.
2 Hahiriwe umuntu akora ivyo,n’umwana w’umuntu avyumirako,akubahiriza isabato ntayihumanye+,akarinda ukuboko kwiwe ngo ntigukore ikibi na kimwe.