Yesaya 59:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Raba! Ukuboko kwa Yehova si kugufi ku buryo kudashobora gukiza+,n’ugutwi kwiwe ntikwazivye* ku buryo kudashobora kwumva+.
59 Raba! Ukuboko kwa Yehova si kugufi ku buryo kudashobora gukiza+,n’ugutwi kwiwe ntikwazivye* ku buryo kudashobora kwumva+.