Yesaya 59:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Oya, amakosa yanyu ni yo yabatandukanije n’Imana yanyu+. Ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye ibahisha mu maso hayo.Ntishaka kubumviriza+.
2 Oya, amakosa yanyu ni yo yabatandukanije n’Imana yanyu+. Ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye ibahisha mu maso hayo.Ntishaka kubumviriza+.