Yesaya 59:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nta n’umwe asemerera avugira ubugororotsi+,kandi nta n’umwe aja kwitwara ari mu kuri. Bizigira ibitabaho*+, bakavuga ibitagira mvura. Basama inda y’ivyago, bakavyara ibintu bibabaza+.
4 Nta n’umwe asemerera avugira ubugororotsi+,kandi nta n’umwe aja kwitwara ari mu kuri. Bizigira ibitabaho*+, bakavuga ibitagira mvura. Basama inda y’ivyago, bakavyara ibintu bibabaza+.