Yesaya 59:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ubutungane busubizwa inyuma+,ubugororotsi bugahagarara kure+.Kuko ukuri kwatsitaye mu kibanza rusangi,kandi ibigororotse ntibishobora kuhinjira.
14 Ubutungane busubizwa inyuma+,ubugororotsi bugahagarara kure+.Kuko ukuri kwatsitaye mu kibanza rusangi,kandi ibigororotse ntibishobora kuhinjira.