Yesaya 59:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yarabonye ko ata muntu ahaseruka,atangazwa n’uko ata n’umwe abavugira.Maze ukuboko kwiwe kuzana ubukiriro*,ubugororotsi bwiwe buba ari bwo bumushigikira.
16 Yarabonye ko ata muntu ahaseruka,atangazwa n’uko ata n’umwe abavugira.Maze ukuboko kwiwe kuzana ubukiriro*,ubugororotsi bwiwe buba ari bwo bumushigikira.