-
Yesaya 59:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Abo mu burengero bazotinya izina rya Yehova,
abo mu buseruko batinye ubuninahazwa bwiwe,
kuko Yehova azoza nk’uruzi rwasaze
rusunitswe n’impwemu yiwe.
-