Yesaya 61:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 «Ba kavamahanga bazoza baragire amasho yanyu,abanyamahanga+ bababere abarimyi n’abakozi bo mu mirima y’imizabibu+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 61:5 Umunara w’Inderetsi,15/12/2012, rup. 251/4/2007, rup. 251/6/1997, rup. 17
5 «Ba kavamahanga bazoza baragire amasho yanyu,abanyamahanga+ bababere abarimyi n’abakozi bo mu mirima y’imizabibu+.