Yesaya 65:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: «Raba! Abasavyi banje bazorya, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inzara+. Abasavyi banje bazonywa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inyota. Abasavyi banje bazonezerwa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’ibimaramare+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 65:13 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 234-235
13 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: «Raba! Abasavyi banje bazorya, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inzara+. Abasavyi banje bazonywa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inyota. Abasavyi banje bazonezerwa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’ibimaramare+.