Yesaya 65:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 «Ntihazokwongera kuba uruyoya rubaho imisi mikeyi,canke umutama apfa ataramvye. Uwuzopfa afise imyaka 100 azokwitwa ko yari akiri agahungu,kandi umucumuzi azovumwa naho azoba afise imyaka 100*. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 65:20 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),8/2018, rup. 11 Umunara w’Inderetsi,1/5/2000, rup. 16
20 «Ntihazokwongera kuba uruyoya rubaho imisi mikeyi,canke umutama apfa ataramvye. Uwuzopfa afise imyaka 100 azokwitwa ko yari akiri agahungu,kandi umucumuzi azovumwa naho azoba afise imyaka 100*.