Yesaya 65:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ibingira n’umwagazi w’intama bizorisha hamwe,intambwe irye ubwatsi nk’impfizi y’inka+,inzoka na yo irye umukungugu. Nta nabi bizokora canke ngo bigire ico vyononye ku musozi wanje mweranda iyo uva ukagera+», ni ko Yehova avuze. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 65:25 Umunara w’Inderetsi,15/9/2012, rup. 9-101/5/2000, rup. 17-18
25 Ibingira n’umwagazi w’intama bizorisha hamwe,intambwe irye ubwatsi nk’impfizi y’inka+,inzoka na yo irye umukungugu. Nta nabi bizokora canke ngo bigire ico vyononye ku musozi wanje mweranda iyo uva ukagera+», ni ko Yehova avuze.