-
Yesaya 66:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Ni nde amaze kwumva ikintu nk’ico?
Hari uwurabona ibintu nk’ivyo?
Mbega igihugu covuka mu musi umwe,
canke ihanga ryose rikavukira icarimwe?
Yamara Siyoni yapfuye gufatwa n’ibise, aca yibaruka abahungu.
-