-
Yesaya 66:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 «Mbega notuma umwana agera aho avuka nkaca ndamubuza kuvuka?» ni ko Yehova avuga.
«Canke notuma umuvyeyi atangura kwibaruka nkaca nugara igitereko?» ni ko Imana yawe ivuze.
-