Yesaya 66:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kurya inabibondo ahoza umwana wiwe,ni ko namwe nzoguma ndabahoza+.Muzohozwa mu bijanye na Yeruzalemu+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 66:13 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),9/2018, rup. 13-14
13 Kurya inabibondo ahoza umwana wiwe,ni ko namwe nzoguma ndabahoza+.Muzohozwa mu bijanye na Yeruzalemu+.