Yeremiya 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nzoshikiriza imanza naciriye abantu banje kubera ububisha bwabo bwose,kuko bampevye+kandi bakaba bashikanira ibimazi izindi mana bigafumba umwotsi*+,bakunamira ivyakozwe n’amaboko yabo bwite+.”
16 Nzoshikiriza imanza naciriye abantu banje kubera ububisha bwabo bwose,kuko bampevye+kandi bakaba bashikanira ibimazi izindi mana bigafumba umwotsi*+,bakunamira ivyakozwe n’amaboko yabo bwite+.”