-
Yeremiya 2:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Ushobora gute kuvuga ngo: “Sinihumanije
kandi sinakurikiye za Bayali”?
Raba ukuntu wigenza mu mubande.
Zirikana ku vyo wakoze.
Umeze nk’inyana y’ingamiya inyaruka,
iguma yiruka irya n’ino itagira iyo ija.
-