Yeremiya 3:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Mugabo ikintu c’akamaramaza* carahoneje ivyo ba sogokuruza bacumukuriye kuva mu buto bwacu+,gihonya ibitungwa vyabo bitobito na bininibinini,n’abahungu babo n’abakobwa babo.
24 Mugabo ikintu c’akamaramaza* carahoneje ivyo ba sogokuruza bacumukuriye kuva mu buto bwacu+,gihonya ibitungwa vyabo bitobito na bininibinini,n’abahungu babo n’abakobwa babo.