Yeremiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nimugenyerwe* kugira muhimbare Yehova,kandi mugenyere imitima yanyu+,yemwe bagabo bo mu Buyuda namwe ababa i Yeruzalemu.Ahandiho uburake bwanje bwokwaka nk’umuriro,bukaka hakabura uwubuzimya,kubera ibikorwa vyanyu bibi+. Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:4 Umunara w’Inderetsi,15/3/2013, rup. 9-1015/3/2007, rup. 9
4 Nimugenyerwe* kugira muhimbare Yehova,kandi mugenyere imitima yanyu+,yemwe bagabo bo mu Buyuda namwe ababa i Yeruzalemu.Ahandiho uburake bwanje bwokwaka nk’umuriro,bukaka hakabura uwubuzimya,kubera ibikorwa vyanyu bibi+.