Yeremiya 4:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Inkuru z’ivyago ziguma zikurakuranwa,kuko igihugu cose gitikijwe. Amahema yanje bwite aratikijwe bukwi na bukwi.Ibitambara vyanje vy’ihema+ bitikiye mu kanya isase.
20 Inkuru z’ivyago ziguma zikurakuranwa,kuko igihugu cose gitikijwe. Amahema yanje bwite aratikijwe bukwi na bukwi.Ibitambara vyanje vy’ihema+ bitikiye mu kanya isase.