Yeremiya 4:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Kuko numvise ijwi nk’iry’umugore arwaye,amarushwa nk’ay’umugore ariko yibaruka umwana wiwe wa mbere,ijwi ry’umukobwa wa Siyoni* aguma ahezagirika. Aguma ata amaboko+ avuga ati: «Ndagowe yemwe, abicanyi baranduhije!»
31 Kuko numvise ijwi nk’iry’umugore arwaye,amarushwa nk’ay’umugore ariko yibaruka umwana wiwe wa mbere,ijwi ry’umukobwa wa Siyoni* aguma ahezagirika. Aguma ata amaboko+ avuga ati: «Ndagowe yemwe, abicanyi baranduhije!»