Yeremiya 5:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kandi nibabaza bati: “Kubera iki Yehova Imana yacu yadukoreye ivyo bintu vyose?” Uze ubishure uti: “Kubera ko mwampevye, mugakorera imana y’inyamahanga mu gihugu canyu, rero muzokorera abanyamahanga mu gihugu kitari icanyu+.”»
19 Kandi nibabaza bati: “Kubera iki Yehova Imana yacu yadukoreye ivyo bintu vyose?” Uze ubishure uti: “Kubera ko mwampevye, mugakorera imana y’inyamahanga mu gihugu canyu, rero muzokorera abanyamahanga mu gihugu kitari icanyu+.”»