Yeremiya 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 «Mugabo mwizigira amajambo y’ububeshi+. Ivyo nta na kimwe bizobamarira.