Yeremiya 7:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ku bw’ivyo rero, kurya nagiriye Shilo ni ko nzogirira iyi nzu mwizigira+ yitirirwa izina ryanje+ be n’aha hantu nabahaye mwe na ba sogokuruza banyu+.
14 Ku bw’ivyo rero, kurya nagiriye Shilo ni ko nzogirira iyi nzu mwizigira+ yitirirwa izina ryanje+ be n’aha hantu nabahaye mwe na ba sogokuruza banyu+.