Yeremiya 7:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Fata ayo mashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye, muyongere ku bindi bimazi vyanyu muheze murye izo nyama+.
21 Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Fata ayo mashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye, muyongere ku bindi bimazi vyanyu muheze murye izo nyama+.