Yeremiya 7:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Kuko umusi nakura ba sogokuruza banyu mu gihugu ca Misiri, ata na kimwe nababwiye canke ngo ndabategeke ku bijanye n’amashikanwa aturirwa uko yakabaye canke ibindi bimazi+.
22 Kuko umusi nakura ba sogokuruza banyu mu gihugu ca Misiri, ata na kimwe nababwiye canke ngo ndabategeke ku bijanye n’amashikanwa aturirwa uko yakabaye canke ibindi bimazi+.