Yeremiya 7:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Uzobabwire rero uti: “Ng’iri ihanga ritumvirije ijwi rya Yehova Imana yaryo, ryanka gutozwa indero. Ubwizigirwa bwarazimanganye, nta n’uwukibucisha mu kanwa*+.”
28 Uzobabwire rero uti: “Ng’iri ihanga ritumvirije ijwi rya Yehova Imana yaryo, ryanka gutozwa indero. Ubwizigirwa bwarazimanganye, nta n’uwukibucisha mu kanwa*+.”