Yeremiya 7:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Imivyimba y’aba bantu izoribwa n’inyoni zo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi, kandi nta n’umwe azobitera ubwoba+.
33 Imivyimba y’aba bantu izoribwa n’inyoni zo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi, kandi nta n’umwe azobitera ubwoba+.