Yeremiya 10:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ihema ryanje ryasambuwe, kandi imigozi yaryo yose yacagaguritse+. Abana banje bantaye, nta n’umwe asigaye+. Nta wusigaye yomfasha kuzingurura ihema ryanje canke kumanika ibitambara vyaryo.
20 Ihema ryanje ryasambuwe, kandi imigozi yaryo yose yacagaguritse+. Abana banje bantaye, nta n’umwe asigaye+. Nta wusigaye yomfasha kuzingurura ihema ryanje canke kumanika ibitambara vyaryo.