Yeremiya 14:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ba shebuja baho barungika abasuku* babo kuvoma amazi. Barashika ku binogo vy’amazi* bakabura, bakagarukana ibivomesho bigaragara. Baramaramara bagataha zirayoyekandi bitwikiriye mu mutwe.
3 Ba shebuja baho barungika abasuku* babo kuvoma amazi. Barashika ku binogo vy’amazi* bakabura, bakagarukana ibivomesho bigaragara. Baramaramara bagataha zirayoyekandi bitwikiriye mu mutwe.