Yeremiya 14:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ibi ni vyo Yehova avuze ku vyerekeye aba bantu: «Bakunda kuyerera+. Ibirenge vyabo ntibabigumiza hamwe+. Ni co gituma jewe Yehova ntabashima+. Ubu rero ngiye kwibuka ikosa ryabo, ngire ico ndababaza kubera ibicumuro vyabo+.»
10 Ibi ni vyo Yehova avuze ku vyerekeye aba bantu: «Bakunda kuyerera+. Ibirenge vyabo ntibabigumiza hamwe+. Ni co gituma jewe Yehova ntabashima+. Ubu rero ngiye kwibuka ikosa ryabo, ngire ico ndababaza kubera ibicumuro vyabo+.»