Yeremiya 15:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umugore yavyaye abana indwi arayamye.Arahemagirika. Izuba ryiwe ryarenze hakibona,bituma amaramara, arateterwa*.” Yehova avuze ati: “Bakeyi basigaye muri bonzotuma bicwa n’inkota y’abansi babo+.”»
9 Umugore yavyaye abana indwi arayamye.Arahemagirika. Izuba ryiwe ryarenze hakibona,bituma amaramara, arateterwa*.” Yehova avuze ati: “Bakeyi basigaye muri bonzotuma bicwa n’inkota y’abansi babo+.”»