Yeremiya 15:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ivyo ufise n’amatunga yawe nzoreka abansi bawe babinyage+ ata co barishe.Bazobitwara kubera ibicumuro vyawe vyose wakoreye mu turere twawe twose.
13 Ivyo ufise n’amatunga yawe nzoreka abansi bawe babinyage+ ata co barishe.Bazobitwara kubera ibicumuro vyawe vyose wakoreye mu turere twawe twose.