Yeremiya 16:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Ehe ngira nkure aha hantu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni, ndabigire mu gihe canyu n’imbere y’amaso yanyu+.”
9 Kuko Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Ehe ngira nkure aha hantu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni, ndabigire mu gihe canyu n’imbere y’amaso yanyu+.”