Yeremiya 18:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mbega shelegi* yo ku misozi y’i Libani, yoba ikamangana ikava ku bitandara vyaho? Canke amazi apfutse atemba ava kure, yoba yokama?
14 Mbega shelegi* yo ku misozi y’i Libani, yoba ikamangana ikava ku bitandara vyaho? Canke amazi apfutse atemba ava kure, yoba yokama?