Yeremiya 18:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ariko abantu banje baranyibagiye+ kuko bashikanira ibimazi* ikintu ata co kimaze+,bagatsitaza abantu mu nzira bacamwo, mu nzira za kera+,kugira ngo bagendere mu tuyira turimwo ibinogo, tutaringaniye*.
15 Ariko abantu banje baranyibagiye+ kuko bashikanira ibimazi* ikintu ata co kimaze+,bagatsitaza abantu mu nzira bacamwo, mu nzira za kera+,kugira ngo bagendere mu tuyira turimwo ibinogo, tutaringaniye*.