Yeremiya 19:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 “‘Ku bw’ivyo nimwumve. Mu misi iri imbere’, ni ko Yehova avuze, ‘aha hantu ntihazoba hacitwa Tofeti canke umubande wa mwene Hinomu, ahubwo hazosigara hitwa umubande w’amacuniro+.
6 “‘Ku bw’ivyo nimwumve. Mu misi iri imbere’, ni ko Yehova avuze, ‘aha hantu ntihazoba hacitwa Tofeti canke umubande wa mwene Hinomu, ahubwo hazosigara hitwa umubande w’amacuniro+.